igihe.bi
Gabriel Rufyiri yagirijwe urupfu rw’icegera ciwe, Manirumva Ernest > IGIHE Burundi
http://www.igihe.bi/gabriel-rufyiri-yagirijwe-urupfu.html
Il y a 16 heures. Abasirikare bane b’intwazangabo z’Uburundi batinye gutaha ku mvo z’umutekano wabo. Abanyamahanga babiri bavuzwe mu mugambi w’ugushaka gutembagaza ubutegetsi bwa CNDD FDD. Kidum yarungikiwe ubutumwa bumubwira ko niyagaruka mu Burundi azokwicwa. Umwigeme Ange-Bernice INGABIRE yatowe nka "Miss Burundi 2016-2017". Abel Gashatsi yagenywe kuba umukuru w’umugambwe UPRONA. Rally 2016 : Umurundi Bukera Valery yatahukanye intsinzi ku munsi ugira kabiri w’ihiganwa. Yanditswe taliki ya 4-04-2014.
igihe.com
Igihe.com - Rwamagana: Mu rugo rw’Umuyobozi hafatiwe Kanyanga, we ahita aburirwa irengero
http://www.igihe.com/amakuru/u-rwanda/article/rwamagana-mu-rugo-rw-umuyobozi
Rwamagana: Mu rugo rw’Umuyobozi hafatiwe Kanyanga, we ahita aburirwa irengero. Na Besabesa M.Etienne. Mu rugo rw’Umuyobozi w’Umudugudu wa Gahondo mu Kagari ka Gahondo mu Murenge wa Muhazi, hafatiwe litiro 66 z’inzoga ya kanyanga, ingunguru eshatu bifashisha mu guteka kanyanga, umusemburo bita pakimaya ndetse n’ibiro ijana by’isukari byose byifashishwa mu guteka kanyanga. Amajerekani ya Kanyanga yari imaze iminsi yengewe mu rugo rw'uwo muyobozi. Mu bafashwe harimo Mpawenimana Yuvenali w’imyaka 47 y’amavuk...
igihe.com
Igihe.com - “Iyo umuzungu ataturusha imbunda ntaba yaradukoronije” - Musoni Protais
http://igihe.com/amakuru/u-rwanda/article/iyo-umuzungu-ataturusha-imbunda
Iyo umuzungu ataturusha imbunda ntaba yaradukoronije - Musoni Protais. Umuyobozi w’uyu muryango ugamije kwimakaza ihame ry’ubunyafurika mu banyarwanda ndetse no mu batuye uyu mugabane Musoni Protais, yavuze ko iyo umuzungu atarusha umugabane wa Afurika imbunda ataba yarawukoronije. Iyo umuzungu ataturusha imbunda ntaba yaradukorenije;. Ba mpatsibihugu baracyahari abuhwo bahinduye uburyo badukandamizaga;. Afurika si inkene ahubwo irasahurwa;. Abitabiriye inama bungurana ibitekerezo. Yagize ati Politiki ya...
igihe.com
Igihe.com - Kurangara mu buriri byaba imbarutso yo gusenyuka kw’ingo
http://www.igihe.com/amakuru/utuntu-n-utundi/article/kurangara-mu-buriri-byaba
Kurangara mu buriri byaba imbarutso yo gusenyuka kw’ingo. Bamwe mu bashakanye iyo bageze mu buriri, babanza kurangarira mu bintu bitandukanye, birimo imbuga nkoranyambaga zitandukanye, umwanya wo guhuza urugwiro ugashirira aho, ibi bikaba bishobora kuba nyirabayazana wo gusenyuka kw’ingo zimwe na zimwe. Ibitungwa agatoki bishobora kurangaza no kugira ingaruka ku mibanire y’abashakanye, imbuga nkoranyambaga zirimo, fecebook, watsapp, skype n’izindi zitandukanye hamwe na filime umuntu areba wenyine. ANDIKA...
igihe.com
Igihe.com - Musenyeri n’Abapasiteri babiri muri Zion Temple baraye muri kasho
http://igihe.com/amakuru/u-rwanda/article/musenyeri-n-abapasiteri-babiri
Musenyeri n’Abapasiteri babiri muri Zion Temple baraye muri kasho. Na Rabbi Malo Umucunguzi. Visi Perezida mu Itorero Zion Temple Bishop Dieudonne Vuningoma na Pasiteri Comeroun uyobora iri torero ku Gisozi baraye batawe muri yombi na Polisi mu ijoro ryo kuri uyu wa gatandatu tariki ya 8 Kanama, ubwo bari mu giterane cya Afurika haguruka, muri sitade ya Kaminuza yigenga ya Kigali, ULK. Musenyeri Vuningoma Dieudonne ari mu bafashwe bazira urusaku no gusa n'abahangana n'inzego z'umutekano. Umuvugizi wa pol...
m.igihe.bi
Abagize CNARED babandanya gusaba isubirizwa rya Benjamin MKAPA - IGIHE.bi
http://www.m.igihe.bi/Abagize-CNARED-babandanya-gusaba.html
Abagize CNARED babandanya gusaba isubirizwa rya Benjamin MKAPA. Yanditswe kuya 06 - Jan - 2017 saa 10:13. Mu nama yabereye mu gisagara ca Bruxelles mu Bubirigi, yahuje abagize urwo runani, basavye kandi vyihutirwa uwo mwunganirizi w’umuhuza yoca atunganya ibiganiro kugira ibibazo vya poritike biri mu Burundi bitorerwe inyishu. Jeremie MINANI, ajejwe kumenyesha amakuru muri CNARED. CNARED isaba kandi amakungu ko Abasirikare b’Uburundi barungitswe kugarukana amahoro mu bindi bihugu ko botahukanwa. Ndibaza ...
m.igihe.bi
Umugambwe Sahwanya-FRODEBU umenyesha ko uzokwitaba ubutumire bw’umuhuza - IGIHE.bi
http://www.m.igihe.bi/Umugambwe-Sahwanya-FRODEBU.html
Umugambwe Sahwanya-FRODEBU umenyesha ko uzokwitaba ubutumire bw’umuhuza. Yanditswe kuya 12 - Jan - 2017 saa 16:17. Umugambwe Sahwanya-FRODEBU umenyesha ko watumiwe kandi uzokwitaba ubutumire wahawe n’ibiro vy’umuhuza mu mubonano wo guhanahana ivyiyumviro ku bijanye naho ibiganiro bigeze,ingorane hamwe n’ibigiye gukorwa mu biganiro bihagarikiwe na Benjamin Mkapa. Uwo mugambwe uheza umenyesha ko uzoterera ku cokorwa kugira ibiganiro bihuza abarundi bibandanya. ANDIKA ICO WIYUMVIRA KURI IYI NKURU. Umuntu iy...
m.igihe.bi
Ibiciro vyo kwiyunguruza hagati mu gisagara vyadugijwe - IGIHE.bi
http://www.m.igihe.bi/Ibiciro-vyo-kwiyunguruza-hagati-mu.html
Ibiciro vyo kwiyunguruza hagati mu gisagara vyadugijwe. Yanditswe kuya 13 - Jan - 2017 saa 08:56. Inyuma y’ingingo y’iduzwa ry’amatagisi ku bidandazwa bimwe bimwe nk’ibitoro no gutumatumanako biciye kuri terefone ngendanwa,hakurikiye iduzwa ry’ibiciro vyo kwiyunguruza hagati mu gisagara ca Bujumbura n’abaduga hagati mu gihugu. Igiciro co kwiyunguruza hagati mu gisagara ca Bujumbura cavuye ku mafaranga 292 kija ku mafaranga 350 y’amarundi,ku baja mu ma quartiers ari hagati mu gisagara. Imana iratubona biz...
igihe.bi
QUE DE BELLES OFFRES CHEZ ECONET ! > IGIHE Burundi
http://www.igihe.bi/que-de-belles-offres-chez-econet.html
Il y a 19 heures. Marguerite BARANKITSE yashinze intahe imbere ya Papa Francis. Lieutenant Colonel Ngendahimana : "Nta muntu abasirikare b’Urwanda barashe". Umurwi w’igihugu ujejwe ibiganiro wasozereye ibikorwa ku rwego rw’amakomine. Uburundi bwashikirije Ban Ki-Moon ikete ry’ukuva muri Sentare mpuzamakungu mpanavyaha. Urwanda ruracemera ingingo rwafashe yo kwimurira impunzi z’Abarundi mu bindi bihugu. Intwazangabo 11 zirukanwe mu giporisi c’Uburundi. Lieutenant Colonel IKURAKURE Darius yagandaguwe.
igihe.bi
Ivyo Dukora > IGIHE Burundi
http://www.igihe.bi/-serivisi-.html
Il y a 19 heures. Marguerite BARANKITSE yashinze intahe imbere ya Papa Francis. Lieutenant Colonel Ngendahimana : "Nta muntu abasirikare b’Urwanda barashe". Umurwi w’igihugu ujejwe ibiganiro wasozereye ibikorwa ku rwego rw’amakomine. Uburundi bwashikirije Ban Ki-Moon ikete ry’ukuva muri Sentare mpuzamakungu mpanavyaha. Urwanda ruracemera ingingo rwafashe yo kwimurira impunzi z’Abarundi mu bindi bihugu. Intwazangabo 11 zirukanwe mu giporisi c’Uburundi. Lieutenant Colonel IKURAKURE Darius yagandaguwe.
SOCIAL ENGAGEMENT